Loading...
Loading...
Please wait

Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”.Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi.Murakaramba!Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961)Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)
No episodes found for this show yet.
Episodes will appear automatically as soon as the RSS feed publishes updates.